ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko Yehosheba umukobwa w’umwami Yehoramu, akaba na mushiki wa Ahaziya, atora mu mpisho* Yehowasi+ mwene Ahaziya, amukura mu bahungu b’umwami bagira bicwe. Aja kumunyegeza we n’umurezi wiwe mu cumba kimwe. Baguma banyegeje uwo muhungu ku buryo Ataliya atashoboye kumubona ngo amwice.

  • 2 Abami 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Yehowasi+ yari afise imyaka indwi igihe yatangura kuganza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika