30 Nuko Yehova abwira Yehu ati: «Ko wagize neza ugakora ivyo mbona ko bigororotse, ugakora ibintu vyose umutima wanje wipfuza gukorera umuryango wa Ahabu+, abagukomokako bazokurakuranwa ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli gushika ku ruvyaro rugira kane+.»