13 Yehowasi umwami wa Isirayeli afatira Amaziya umwami w’Ubuyuda i Beti-Shemeshi. Amaziya yari mwene Yehowasi, Yehowasi mwene Ahaziya. Aza amuzanye i Yeruzalemu maze asenyura uruzitiro rwa Yeruzalemu ahareha n’intambwe 400, kuva kw’irembo rya Efurayimu+ gushika kw’irembo ryo mu mfuruka+.