Itanguriro 28:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+. Zaburi 105:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yama yibuka isezerano ryiwe ibihe bidahera+,akibuka umuhango yatanze*, gushika ku runganwe* rugira igihumbi+. Mika 7:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Uzoba umwizigirwa kuri Yakobo,wereke Aburahamu urukundo rudahera*,nk’uko wabirahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.
13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.
8 Yama yibuka isezerano ryiwe ibihe bidahera+,akibuka umuhango yatanze*, gushika ku runganwe* rugira igihumbi+. Mika 7:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Uzoba umwizigirwa kuri Yakobo,wereke Aburahamu urukundo rudahera*,nk’uko wabirahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.
20 Uzoba umwizigirwa kuri Yakobo,wereke Aburahamu urukundo rudahera*,nk’uko wabirahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.