Hoseya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abanyasamariya bazokwagirwa n’icaha+, kuko bagararije Imana yabo+. Bazomarwa n’inkota+.Abana babo bazomenagurwa,abagore babo bibungenze na bo bapasurwe inda*.»
16 Abanyasamariya bazokwagirwa n’icaha+, kuko bagararije Imana yabo+. Bazomarwa n’inkota+.Abana babo bazomenagurwa,abagore babo bibungenze na bo bapasurwe inda*.»