Gusubira mu vyagezwe 1:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ariko naho mwiboneye ivyo vyose ntimwizeye Yehova Imana yanyu+, Gusubira mu vyagezwe 31:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ndazi neza ko muri abagarariji+ n’intagondwa*+. Aho mwarinze mugarariza Yehova nkiri kumwe namwe, hari akantu ninamara gupfa!
27 Ndazi neza ko muri abagarariji+ n’intagondwa*+. Aho mwarinze mugarariza Yehova nkiri kumwe namwe, hari akantu ninamara gupfa!