-
1 Abami 12:28-30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Umwami amaze guhanuza abajanama biwe, akora inyana zibiri z’inzahabu+ aca abwira abantu ati: «Yaco muza muriruhisha muduga i Yeruzalemu. Ng’iyi Imana yawe, ewe Isirayeli, yakuduganye ikagukura mu gihugu ca Misiri+.» 29 Maze inyana imwe ayishira i Beteli+, iyindi na yo ayishira i Dani+. 30 Ivyo vyatumye Abisirayeli bacumura+. Baragenda bagashika i Dani bagiye gusenga inyana yariyo.
-