Ezekiyeli 23:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umukuru yitwa Ohola*, mwenewabo akitwa Oholiba*. Babaye abanje maze bibaruka abahungu n’abakobwa. Uwitwa Ohola ni Samariya+, uwitwa Oholiba na we ni Yeruzalemu. Ezekiyeli 23:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mwenewabo Oholiba ngo abibone, inambu yiwe iba mbi kuruta, akora ubumaraya kuruta mwenewabo+.
4 Umukuru yitwa Ohola*, mwenewabo akitwa Oholiba*. Babaye abanje maze bibaruka abahungu n’abakobwa. Uwitwa Ohola ni Samariya+, uwitwa Oholiba na we ni Yeruzalemu.