-
Yohani 4:20-22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Ba sokuruza bacu basengera kuri uyu musozi, mugabo mwebwe muvuga ko i Yeruzalemu ari ho abantu babwirizwa gusengera+.» 21 Yezu amwishura ati: «Emera ivyo nkubwiye wa mugore, hazogera igihe mutazosengera Data kuri uyu musozi canke i Yeruzalemu. 22 Mwebwe musenga ico mutazi+. Twebwe dusenga ico tuzi, kuko ubukiriro butangurira ku Bayuda+.
-