Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe* mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+. Kuvayo 24:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Araheza afata igitabu c’isezerano, agisomera abantu n’ijwi ryumvikana+. Na bo bavuga bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora no kubigamburuka+.» Gusubira mu vyagezwe 29:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Aya ni yo majambo y’isezerano Yehova yategetse Musa ngo agiranire n’Abisirayeli mu gihugu ca Mowabu, yiyongera kw’isezerano yagiraniye na bo i Horebu+.
5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe* mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+.
7 Araheza afata igitabu c’isezerano, agisomera abantu n’ijwi ryumvikana+. Na bo bavuga bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora no kubigamburuka+.»
29 Aya ni yo majambo y’isezerano Yehova yategetse Musa ngo agiranire n’Abisirayeli mu gihugu ca Mowabu, yiyongera kw’isezerano yagiraniye na bo i Horebu+.