Gusubira mu vyagezwe 4:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Mwiyubare ntimuze mwibagire isezerano Yehova Imana yanyu yagiranye namwe+, kandi ntimuze mwibazire igishusho gisa n’ikintu na kimwe Yehova Imana yanyu yababujije+.
23 Mwiyubare ntimuze mwibagire isezerano Yehova Imana yanyu yagiranye namwe+, kandi ntimuze mwibazire igishusho gisa n’ikintu na kimwe Yehova Imana yanyu yababujije+.