-
Ezira 4:1, 2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Abansi b’umuryango wa Yuda n’uwa Benyamini+ bumvise ko abavuye mu bunyagano+ bariko bubakira urusengero Yehova Imana ya Isirayeli, 2 baca begera Zerubabeli n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango ya Isirayeli, bababwira bati: «Nimutwemerere tubafashe kwubaka kuko natwe dusenga* Imana yanyu+ cokimwe namwe. Kandi twamye tuyishikanira ibimazi kuva mu gihe ca Esari-Hadoni+ wa mwami wa Ashuri yatuzana ng’aha+.»
-