Abacamanza 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Gideyoni asubizayo ati: «Nimba rero washimye kungirira ubuntu*, numpe ikimenyetso kinyemeza yuko ari wewe turiko turavugana. Yesaya 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 «Nunsabe ikimenyetso jewe Yehova Imana yawe+, gishake kibe ari icimbitse nk’ukuzimu canke kirekire nk’ijuru.»
17 Gideyoni asubizayo ati: «Nimba rero washimye kungirira ubuntu*, numpe ikimenyetso kinyemeza yuko ari wewe turiko turavugana.
11 «Nunsabe ikimenyetso jewe Yehova Imana yawe+, gishake kibe ari icimbitse nk’ukuzimu canke kirekire nk’ijuru.»