Yosuwa 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Bamaze kurya ivyo bimbuye muri ico gihugu, bukeye bwaho manu ntiyasubira kuboneka. Abisirayeli ntibongera kuronka manu+, mugabo batangura kurya ivyo bimbuye mu gihugu ca Kanani muri uwo mwaka+. 1 Abami 17:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ifu iri muri uwo mubindi munini ntizohera, n’amavuta ari muri ako gakarabo ntazohera gushika umusi jewe Yehova nzotuma imvura igwa mu gihugu+.”»
12 Bamaze kurya ivyo bimbuye muri ico gihugu, bukeye bwaho manu ntiyasubira kuboneka. Abisirayeli ntibongera kuronka manu+, mugabo batangura kurya ivyo bimbuye mu gihugu ca Kanani muri uwo mwaka+.
14 Kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ifu iri muri uwo mubindi munini ntizohera, n’amavuta ari muri ako gakarabo ntazohera gushika umusi jewe Yehova nzotuma imvura igwa mu gihugu+.”»