ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ntimuze mwunamire imana zabo canke ngo mwoshwe kuzisenga*, kandi ntimuze mwigane imigenzo yabo+. Ahubwo muzozimenagure, musavye n’inkingi nyeranda zabo z’amabuye+.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ahubwo ibi ni vyo mukwiye kubakorera: muze musiture ibicaniro vyabo, mumenagure inkingi nyeranda zabo z’amabuye+, mwicire inkingi nyeranda zabo z’ibiti*+ mwongere muturire ibishusho vyabo bibajwe+.

  • 2 Ngoma 34:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 31 aganza i Yeruzalemu+.

  • 2 Ngoma 34:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mu mwaka ugira 8 ari umwami, akaba yari akiri muto, atangura kurondera Imana ya sekuruza Dawidi+. Mu mwaka ugira 12 na ho, atangura guhumanura Ubuyuda na Yeruzalemu+, akurayo ibibanza vyo gusengeramwo*+ n’inkingi nyeranda z’ibiti* n’ibishusho bibajwe+ be n’ibishusho bikozwe mu cuma*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika