2 Ngoma 36:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi+ mwene Yosiya bamugira umwami ngo aganze i Yeruzalemu mu kibanza ca se+. 2 Yehowahazi yabaye umwami afise imyaka 23, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu.
36 Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi+ mwene Yosiya bamugira umwami ngo aganze i Yeruzalemu mu kibanza ca se+. 2 Yehowahazi yabaye umwami afise imyaka 23, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu.