ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Umwami yari yicaye wenyene mu cumba ciwe co hejuru gipfutse. Ehudi aca aramwegera, amubwira ati: «Ndagufitiye ubutumwa buvuye ku Mana.» Umwami aca ava ku ntebe yiwe y’ubwami.

  • 1 Abami 17:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Mugabo Eliya amubwira ati: «Mpa uwo muhungu wawe.» Maze aramuterura amuha Eliya. Eliya aca amudugana mu cumba co hejuru yararamwo, amuryamika ku buriri bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika