Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kuri uwo musi Yehova agirana isezerano na Aburamu+, avuga ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini ari rwo Efurate+. 1 Abami 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Salomo yaganza ubwami bwose bwari mu karere kava kuri rwa ruzi runini*+, kagaca mu gihugu c’Abafilisitiya, kagashika ku rubibe rwa Misiri. Mu kiringo cose yamaze akiriho, abo muri ubwo bwami baramuzanira ikori* kandi bakamuyoboka+.
18 Kuri uwo musi Yehova agirana isezerano na Aburamu+, avuga ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini ari rwo Efurate+.
21 Salomo yaganza ubwami bwose bwari mu karere kava kuri rwa ruzi runini*+, kagaca mu gihugu c’Abafilisitiya, kagashika ku rubibe rwa Misiri. Mu kiringo cose yamaze akiriho, abo muri ubwo bwami baramuzanira ikori* kandi bakamuyoboka+.