2 Abami 23:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Yehowahazi+ yabaye umwami afise imyaka 23, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+, akaba yari umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.
31 Yehowahazi+ yabaye umwami afise imyaka 23, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+, akaba yari umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.