2 Abami 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Maze amubwira ati: «Mu gihe nk’iki mu mwaka uza, uzoba ufise umwana w’umuhungu+.» Mugabo nya mugore amwishura ati: «Oya databuja, yaco unyizeza ibitazoba jewe umusukukazi wawe kandi uri umuntu w’Imana y’ukuri.»
16 Maze amubwira ati: «Mu gihe nk’iki mu mwaka uza, uzoba ufise umwana w’umuhungu+.» Mugabo nya mugore amwishura ati: «Oya databuja, yaco unyizeza ibitazoba jewe umusukukazi wawe kandi uri umuntu w’Imana y’ukuri.»