5 Akiriko ariganira umwami ingene Elisha yazuye uwari yapfuye+, baja babona wa mugore yazurira umwana aje kuraba umwami, kugira amusabe ngo asubizwe inzu yiwe n’itongo ryiwe+. Gehazi ni kwo guca avuga ati: «Ng’uyu wa mugore databuja mwami. Na wa muhungu wiwe Elisha yazura, ng’uyu.»