Itanguriro 4:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe maze avyara umuhungu. Eva amwita Seti*+ kuko yibwira ati: «Imana impaye* uwundi mwana* mu kibanza ca Abeli, kuko Kayini yamwishe+.»
25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe maze avyara umuhungu. Eva amwita Seti*+ kuko yibwira ati: «Imana impaye* uwundi mwana* mu kibanza ca Abeli, kuko Kayini yamwishe+.»