Itanguriro 10:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abahungu ba Gomeri bari Ashikenazi+, Rifati na Togaruma+. Ezekiyeli 27:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abakomoka kuri Togaruma+ baguha amafarasi n’amafarasi y’intambara be n’indogobwa*, nawe ukabaha ibidandazwa vyawe.
14 Abakomoka kuri Togaruma+ baguha amafarasi n’amafarasi y’intambara be n’indogobwa*, nawe ukabaha ibidandazwa vyawe.