-
Kuvayo 17:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Amaboko ya Musa atanguye kuruha, baca bafata ibuye barishira munsi yiwe, na we aryicarako. Hanyuma Aroni na Huru basegura amaboko yiwe, umwe hirya uwundi hino. Amaboko yiwe aca aguma hejuru gushika izuba rirenze.
-