Itanguriro 38:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yuda abona ng’aho umukobwa w’umugabo w’Umunyakanani+ yitwa Shuwa. Nuko aramutwara maze aryamana na we. Itanguriro 38:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yongera kuvyara umuhungu maze amwita Shela. Igihe yamuvyara, Yuda yari i Akizibu*+. Guharura 26:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abahungu ba Yuda hakurikijwe imiryango yabo bari aba: Shela+, ari we yakomotseko umuryango w’Abashela; Peresi+, ari we yakomotseko umuryango w’Abaperesi hamwe na Zera+, ari we yakomotseko umuryango w’Abazera.
2 Yuda abona ng’aho umukobwa w’umugabo w’Umunyakanani+ yitwa Shuwa. Nuko aramutwara maze aryamana na we.
20 Abahungu ba Yuda hakurikijwe imiryango yabo bari aba: Shela+, ari we yakomotseko umuryango w’Abashela; Peresi+, ari we yakomotseko umuryango w’Abaperesi hamwe na Zera+, ari we yakomotseko umuryango w’Abazera.