-
Guharura 26:12, 13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Abahungu ba Simeyoni+ hakurikijwe imiryango yabo bari aba: Nemuweli, ari we yakomotseko umuryango w’Abanemuweli; Yamini, ari we yakomotseko umuryango w’Abayamini; Yakini, ari we yakomotseko umuryango w’Abayakini; 13 Zera, ari we yakomotseko umuryango w’Abazera hamwe na Shawuli, ari we yakomotseko umuryango w’Abashawuli.
-