Yosuwa 19:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Maze ubupfindo bugira kabiri+ bugwa kuri Simeyoni, ni ukuvuga ku muryango wa Simeyoni+ hisunzwe ingo ziwugize. Intoranwa yabo yari mu karere Yuda yatoranye+. 2 Batoranye Beri-Sheba+ na Sheba, Molada+,
19 Maze ubupfindo bugira kabiri+ bugwa kuri Simeyoni, ni ukuvuga ku muryango wa Simeyoni+ hisunzwe ingo ziwugize. Intoranwa yabo yari mu karere Yuda yatoranye+. 2 Batoranye Beri-Sheba+ na Sheba, Molada+,