-
Nehemiya 11:25-27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Ng’ibi ibigwati abantu babamwo n’amatongo abikikuje: bamwe mu bava mu muryango wa Yuda baba i Kiriyati-Aruba+ no mu dusagara tuhegukira*, i Diboni no mu dusagara tuhegukira, i Yekabuzeyeli+ no mu bigwati bihegereye, 26 i Yeshuwa, i Molada+, i Beti-Peleti+, 27 i Hazari-Shuwali+, i Beri-Sheba no mu dusagara tuhegukira*,
-