-
Yosuwa 15:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Iyo ni yo ntoranwa umuryango wa Yuda waronse hisunzwe ingo zabo.
-
-
1 Samweli 27:5, 6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Maze Dawidi abwira Akishi ati: «Ubishimye, nyemerera nje kuba muri kimwe mu bisagara vyo mu gihugu hagati. Ntibikenewe ko jewe umusuku wawe mbana nawe mu gisagara cawe mwami.» 6 Kuri uwo musi Akishi amuha igisagara ca Sikulagi+. Ni co gituma ico gisagara cegukira abami b’Ubuyuda gushika n’uyu musi.
-