Yosuwa 19:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Maze ubupfindo bugira kabiri+ bugwa kuri Simeyoni, ni ukuvuga ku muryango wa Simeyoni+ hisunzwe ingo ziwugize. Intoranwa yabo yari mu karere Yuda yatoranye+. Yosuwa 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Sikulagi+, Beti-Marikaboti, Hazari-Susa,
19 Maze ubupfindo bugira kabiri+ bugwa kuri Simeyoni, ni ukuvuga ku muryango wa Simeyoni+ hisunzwe ingo ziwugize. Intoranwa yabo yari mu karere Yuda yatoranye+.