2 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Hezekiya+ yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya, akaba yari umukobwa wa Zakariya+.
29 Hezekiya+ yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya, akaba yari umukobwa wa Zakariya+.