-
Yosuwa 13:2, 3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Aka ni ko karere gasigaye+: intara zose z’Abafilisitiya n’iz’Abageshuri zose+ 3 (akarere kava kw’ishami rya Nili* mu buseruko bwa Misiri* gushika ku rubibe rwa Ekuroni mu buraruko, akahora kegukira Abanyakanani+), kwongerako intara z’abatware batanu b’Abafilisitiya+ ari zo Gaza, Ashidodi+, Ashikeloni+, Gati+ na Ekuroni+, hamwe n’intara y’Abavimu+
-