Itanguriro 29:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Yongera gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Ubu hoho umugabo wanje azokwifatanya nanje, kuko ndamuvyariye abahungu batatu.» Ni co catumye yitwa Lewi*+. Kuvayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Aya ni yo mazina y’abahungu ba Lewi+ hisunzwe imiryango bakomokamwo: Gerushoni, Kohati na Merari+. Lewi yabayeho imyaka 137.
34 Yongera gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Ubu hoho umugabo wanje azokwifatanya nanje, kuko ndamuvyariye abahungu batatu.» Ni co catumye yitwa Lewi*+.
16 Aya ni yo mazina y’abahungu ba Lewi+ hisunzwe imiryango bakomokamwo: Gerushoni, Kohati na Merari+. Lewi yabayeho imyaka 137.