Kuvayo 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Abahungu ba Uziyeli bari Mishayeli, Elizafani+ na Sitiri. Abalewi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nuko Musa ahamagara Mishayeli na Elizafani, abahungu ba Uziyeli+ sewabo wa Aroni, ababwira ati: «Ingo mukure benewanyu ahantu heranda, mubajane inyuma y’ikambi.»
4 Nuko Musa ahamagara Mishayeli na Elizafani, abahungu ba Uziyeli+ sewabo wa Aroni, ababwira ati: «Ingo mukure benewanyu ahantu heranda, mubajane inyuma y’ikambi.»