1 Ngoma 23:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abahungu ba Amuramu bari Aroni+ na Musa+. Mugabo Aroni yaratowe*+ ahabwa ibanga ryamaho kugira ngo we n’abahungu biwe beze Aheranda cane, bashikane ibimazi imbere ya Yehova, bamukorere bongere bahezagire abantu mw’izina ryiwe ibihe vyose+.
13 Abahungu ba Amuramu bari Aroni+ na Musa+. Mugabo Aroni yaratowe*+ ahabwa ibanga ryamaho kugira ngo we n’abahungu biwe beze Aheranda cane, bashikane ibimazi imbere ya Yehova, bamukorere bongere bahezagire abantu mw’izina ryiwe ibihe vyose+.