Kuvayo 24:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Imana ibwira Musa iti: «Duga aho Yehova ari uri kumwe na Aroni, Nadabu, Abihu+ n’abashingantahe 70 bo muri Isirayeli maze mwuname muri kure. Abalewi 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mu nyuma, abahungu ba Aroni ari bo Nadabu na Abihu+, umwe wese atora agapanu kiwe kajako umuriro maze badushirako umuriro n’imibavu+. Baraheza bazana imbere ya Yehova umuriro utemewe+, uwo atari yarabategetse gukoresha.
24 Imana ibwira Musa iti: «Duga aho Yehova ari uri kumwe na Aroni, Nadabu, Abihu+ n’abashingantahe 70 bo muri Isirayeli maze mwuname muri kure.
10 Mu nyuma, abahungu ba Aroni ari bo Nadabu na Abihu+, umwe wese atora agapanu kiwe kajako umuriro maze badushirako umuriro n’imibavu+. Baraheza bazana imbere ya Yehova umuriro utemewe+, uwo atari yarabategetse gukoresha.