ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Aroni arongora Elisheba umukobwa wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni+. Araheza avyara Nadabu, Abihu, Eleyazari na Itamari+.

  • Kuvayo 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Uzotumako mwenewanyu Aroni+ n’abahungu biwe, ubatandukanye n’abandi b’Isirayeli, kugira bambere abaherezi+. Azoba ari Aroni n’abahungu biwe+ ari bo Nadabu, Abihu+, Eleyazari na Itamari+.

  • Guharura 4:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Ico ni co gikorwa Abagerushoni bazokora kw’ihema ry’ibonaniro+. Itamari+ umuhungu wa Aroni umuherezi ni we azohagarikira ibikorwa vyabo.

  • 1 Ngoma 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko Nadabu na Abihu batanze se gupfa+, kandi nta bahungu bavyaye. Eleyazari+ na Itamari bobo bagumye ari abaherezi.

  • 1 Ngoma 24:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Kubera ko bene* Eleyazari bari bafise abakuru benshi kurusha bene Itamari, uku ni ko baciye babagabura: bene Eleyazari baronse abakuru 16 b’imigwi mikurumikuru igize umuryango bakomokamwo, bene Itamari baronka 8.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika