ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Eleyazari+, umuhungu wa Aroni, arongora umwe mu bakobwa ba Putiyeli, araheza avyara Finehasi+.

      Abo ni bo bakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango* w’Abalewi hisunzwe ukuntu ikurikirana+.

  • Guharura 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 «Finehasi+ umuhungu wa Eleyazari, Eleyazari umuhungu wa Aroni umuherezi, yasubije inyuma uburake mfitiye Abisirayeli, kuko atihanganiye na gato abampemukira+. Ni co gituma ntatikije Abisirayeli, naho nsaba gusengwa* jenyene+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika