2 Samweli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Sadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga.
17 Sadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga.