1 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo umuherezi Sadoki+ na Benaya+ mwene Yehoyada n’umuhanuzi Natani+ na Shimeyi+ na Reyi n’abarwanyi b’intwari ba Dawidi+, ntibashigikiye Adoniya. 1 Abami 2:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Umwami aca agena Benaya+ mwene Yehoyada ngo abe umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu, umuherezi Sadoki+ na we amugena mu kibanza ca Abiyatari.
8 Mugabo umuherezi Sadoki+ na Benaya+ mwene Yehoyada n’umuhanuzi Natani+ na Shimeyi+ na Reyi n’abarwanyi b’intwari ba Dawidi+, ntibashigikiye Adoniya.
35 Umwami aca agena Benaya+ mwene Yehoyada ngo abe umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu, umuherezi Sadoki+ na we amugena mu kibanza ca Abiyatari.