ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Kora+ umuhungu wa Izihari+, Izihari umuhungu wa Kohati+, Kohati umuhungu wa Lewi+, arahaguruka ari kumwe na Datani na Abiramu abahungu ba Eliyabu+ hamwe na Oni umuhungu wa Peleti. Bose uko ari batatu bari abo mu muryango wa Rubeni+.

  • Guharura 16:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 isi irasama irabamira bari kumwe n’imiryango yabo n’abari bashigikiye Kora bose+ n’ibintu vyabo vyose.

  • Guharura 26:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Isi yaciye yasama irabamira. Kora na we yapfiriye hamwe n’abamushigikiye igihe umuriro waturira abagabo 250 bagapfa+. Ivyabashikiye vyabereye akarorero abandi+. 11 Ariko abahungu ba Kora ntibapfuye+.

  • Yuda 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Baragowe, kuko bakurikiye akarorero ka Kayini+, bakirukira inzira Balamu yazimiriyemwo+ barondera impembo, kandi baratikiye kubera amajambo yo kugarariza+ nka kumwe kwa Kora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika