1 Samweli 8:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Samweli amaze gusaza, agena abahungu biwe ngo babe abacamanza ba Isirayeli. 2 Umuhungu wiwe w’imfura yitwa Yoweli, uwa kabiri akitwa Abiya+. Bacira imanza i Beri-Sheba.
8 Samweli amaze gusaza, agena abahungu biwe ngo babe abacamanza ba Isirayeli. 2 Umuhungu wiwe w’imfura yitwa Yoweli, uwa kabiri akitwa Abiya+. Bacira imanza i Beri-Sheba.