-
1 Ngoma 15:16, 17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Dawidi aca abwira abakuru b’Abalewi ngo batore abaririmvyi muri benewabo, kugira ngo baririmbe banezerewe bajana n’umuziki w’ibicurarangisho vy’imirya, inanga+ n’ivyuma bisama+.
17 Nuko Abalewi batora muri benewabo Hemani+ mwene Yoweli, Asafu+ mwene Berekiya na Etani+ mwene Kushaya wo mu Bamerari.
-