1 Abami 2:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Umwami aca agena Benaya+ mwene Yehoyada ngo abe umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu, umuherezi Sadoki+ na we amugena mu kibanza ca Abiyatari.
35 Umwami aca agena Benaya+ mwene Yehoyada ngo abe umukuru w’ingabo mu kibanza ca Yowabu, umuherezi Sadoki+ na we amugena mu kibanza ca Abiyatari.