Yosuwa 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yosuwa aca ahezagira Kalebu mwene Yefune maze amuha Heburoni ngo ibe intoranwa yiwe+. Abacamanza 1:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Baha Kalebu igisagara ca Heburoni nk’uko Musa yari yarabisezeranye+, maze yomora abahungu batatu ba Anaki babayo+.
20 Baha Kalebu igisagara ca Heburoni nk’uko Musa yari yarabisezeranye+, maze yomora abahungu batatu ba Anaki babayo+.