Yosuwa 21:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ubupfindo bwa mbere bugwa ku miryango y’Abakohati+, maze Abalewi bakomoka ku muherezi Aroni bahabwa biciye ku bupfindo ibisagara 13 mu karere k’umuryango wa Yuda+, uwa Simeyoni+ n’uwa Benyamini+.
4 Ubupfindo bwa mbere bugwa ku miryango y’Abakohati+, maze Abalewi bakomoka ku muherezi Aroni bahabwa biciye ku bupfindo ibisagara 13 mu karere k’umuryango wa Yuda+, uwa Simeyoni+ n’uwa Benyamini+.