Yosuwa 21:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Abakohati basigaye baronka* ibisagara cumi mu karere k’umuryango wa Efurayimu+, uwa Dani n’igice c’umuryango wa Manase+.
5 Abakohati basigaye baronka* ibisagara cumi mu karere k’umuryango wa Efurayimu+, uwa Dani n’igice c’umuryango wa Manase+.