Yosuwa 20:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nuko batora ibisagara bikurikira*: igisagara ca Kedeshi+ kiri i Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, ica Shekemu+ kiri mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-Aruba+, ari co Heburoni, kiri mu karere k’imisozi ka Yuda. Yosuwa 20:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ivyo ni vyo bisagara vyashiriweho Abisirayeli bose n’abanyamahanga baba muri bo. Babishizeho kugira ngo uwo wese yishe umuntu atabishaka ahungireyo+, ntahave yicwa n’uwuhora amaraso y’uwishwe, atararenguka imbere y’ishengero ngo bamucire urubanza+.
7 Nuko batora ibisagara bikurikira*: igisagara ca Kedeshi+ kiri i Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, ica Shekemu+ kiri mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-Aruba+, ari co Heburoni, kiri mu karere k’imisozi ka Yuda.
9 Ivyo ni vyo bisagara vyashiriweho Abisirayeli bose n’abanyamahanga baba muri bo. Babishizeho kugira ngo uwo wese yishe umuntu atabishaka ahungireyo+, ntahave yicwa n’uwuhora amaraso y’uwishwe, atararenguka imbere y’ishengero ngo bamucire urubanza+.