27 Abalewi bo mu miryango y’Abagerushoni+ baronka mu gice c’umuryango wa Manase igisagara uwishe umuntu ahungiramwo, ari co Golani+ mu karere ka Bashani n’amatongo yaho yo kuragiramwo, na Beshitera n’amatongo yaho yo kuragiramwo. Vyose hamwe vyari ibisagara bibiri.