Yosuwa 19:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Rwarava i Saridi rukerekeza mu buseruko ku mupaka wa Kisiloti-Tabora, rukabandanya i Daberati+, rugaca ruduga i Yafiya. Yosuwa 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Iyo ni yo yabaye intoranwa y’abakomoka kuri Zabuloni hisunzwe ingo zabo+. Ivyo ni vyo vyari ibisagara vyabo n’ibigwati bihegereye.
12 Rwarava i Saridi rukerekeza mu buseruko ku mupaka wa Kisiloti-Tabora, rukabandanya i Daberati+, rugaca ruduga i Yafiya.
16 Iyo ni yo yabaye intoranwa y’abakomoka kuri Zabuloni hisunzwe ingo zabo+. Ivyo ni vyo vyari ibisagara vyabo n’ibigwati bihegereye.